Home » Entertainment » #Se wa Saido Ntibazonkiza | Umwana wanje yateye iteka igihugu ciwe naranezewe cane

#Se wa Saido Ntibazonkiza | Umwana wanje yateye iteka igihugu ciwe naranezewe cane

Written By Indundi TV on Saturday, Oct 17, 2020 | 03:39 AM

 
Inyuma ya Saido Ntibazonkiza gutsindira igitsindo Intamba mu rugamba hama agaca agurwa na Yang Africans Se wiwe Mutama Omar yagize ico ashikiriza mu kuvuga y'uko yanezerewe cane kubona umwana wiwe yinjije igitsindo c'itsinzi agaca atera iteka igihugu. #SaidoNtibazonkiza